Luka 7:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Yohana abigishwa biwe bamudondera ivyo vyose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Maze abigishwa ba Yohana Umubatizi baragenda bamubwira ivyo Yesu ariko arakora vyose. Aca ahamagara babiri muri bo, Viz kapitola |