Luka 7:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Umwami Yesu amubonye amutera akagongwe, aramubarira, ati Nta co urira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Umwami Yesu abonye uwo muvyeyi, amugirira impuhwe, aca amubwira ati: “Reka kurira!” Viz kapitola |