Luka 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Hashize igihe gitoya, aja mu gisagara citwa Nayini: abigishwa biwe n’ishengero ryinshi bajana na we. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe11 Inyuma y’ivyo Yesu aca amanuka mu gisagara citwa Nayini, ari kumwe n’abigishwa hamwe n’isinzi ry’abantu bamukurikiye. Viz kapitola |