Luka 6:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Umuntu wese aza aho ndi, akumva amajambo yanje, akayakora, ndabereka ukw asa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe47 Umuntu wese aza aho ndi akumva amajambo yanje hanyuma akayashira mu ngiro, ngira ndabereke uko ameze: Viz kapitola |