Luka 6:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kandi ni mwakunda ababakunda, muzoshimwa iki? Kukw abanyavyaha na bo bagira bartyo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe32 Nimwakunda ababakunda gusa, muzoba murushije iki abandi? Mbega abanyavyaha bo ntibakunda ababakunda? Viz kapitola |