Luka 6:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Muzobona ibara, ah’abantu bose bazobashemagiza; kukw ari ko ba sekuruza babo bāshemagije abīgira abavugishwa n’Imana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe26 Muragowe mwebwe mushimagizwa na bose, kuko uko ari ko ba sekuruza babo bashimagiza abavugishwa b’ibinyoma. Viz kapitola |