Luka 6:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Yunamurira abigishwa biwe amaso, arababgira, ati Hahirwa mwebge aboro; kuk’ ubgami bg’Imana ar’ ubganyu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko Yesu yitegereza abigishwa biwe, aravuga ati: “Murahiriwe mwebwe mwumva ko mukenye, kuko Ubwami bw’Imana ari ubwanyu. Viz kapitola |