Online Bible

- Reklamy -




Luka 5:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Kand’ abacira umugani, ati Nta wotabura ikiremo ku mpuzu nsha, ngw acomeke ku mpuzu y’umushire: uwogira artyo yoba atabuye nsha, kand’ ikiremo atabuye kuri nsha nticomatana n’iy’ umushire.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Aca abacira uwu mugani ati: “Nta wutabura igitambara ku mpuzu nshasha ngo akibaririre ku mpuzu y’umushire. Abikoze uko, aba yononye iyo impuzu nshasha, kandi ico gitambara gishasha ntigishobora gufatana n’impuzu y’umushire.

Viz kapitola kopírovat




Luka 5:36

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy