Luka 5:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Bose barumirwa cane, bahimbaza Imana, baterwa n’ubgoba bginshi, bat’ Uyu musi tubonye ibitangaza. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe26 Abari ngaho bose baratangara cane kandi bagira n’ubwoba, bahimbaza Imana bavuga bati: “Uwu musi amaso yacu abonye ibitangaza!” Viz kapitola |