Luka 5:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze Yesu, amenye ivyo bibūranya, arababaza, ati Mwibūranya ibiki mu mitima yanyu? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Yesu aca aramenya ivyo bariko bariyumvira, maze arababaza ati: “Ni kuki muriko mwiyumvira gutyo mu mitima yanyu? Viz kapitola |