Luka 5:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Abonye ukwizera kwabo, aravuga, at’ Ewe muntu, ivyaha vyawe urabihariwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Yesu abonye ukwizera kwabo, avuga ati: “Mugenzi, ivyaha vyawe urabihariwe.” Viz kapitola |