Luka 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abona amato abiri aziritswe ku nkombe y’ikiyaga, arikw abarovyi bāri bayavuyemwo, boza insenga. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe2 Maze abona ubwato bubiri abarovyi bari basize ku nkengera y’ico kiyaga, bariko boza insenga zabo. Viz kapitola |