Luka 3:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kand’ abarira abantu ubutumwa bgiza, abahanūrisha ibindi vyinshi; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko Yohana abandanya abwira abantu Ubutumwa Bwiza burimwo amajambo menshi yo kubatera intege. Viz kapitola |