Luka 24:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 bava mu mva, basubira inyuma, ivyo vyose babibarira bamwe cumi n’umwe n’abandi bose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Bagarutse bavuye ku mva, bashika babarira bamwe cumi n’umwe n’abandi bose ivyabaye vyose. Viz kapitola |