Luka 24:50 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Abavanaho, abashitsa aharābana n’i Betaniya, aterura amaboko, arabahezagira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe50 Maze Yesu aca abajana inyuma y’igisagara, hafi y’i Betaniya, aramvura amaboko arabahezagira. Viz kapitola |