Luka 24:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Arababgira, ati Ni ko vyanditswe yuko Kristo akwiye kubabazwa no kuzuka mu bāpfuye ku musi ugira gatatu, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe46 Arababwira ati: “Handitswe ngo ‘Kristo azobabazwa, apfe, hanyuma azuke mu bapfuye ku musi ugira gatatu, Viz kapitola |