Luka 24:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Yicaye ngw asangire na bo, yābīra umutsima, arawuhezagira, arawumanyagura, arawubaha. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe30 Bicaye bagira bafungure, Yesu afata umukate, awushimira Imana, arawumanyagura, arawubahereza. Viz kapitola |