Luka 24:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arababgira, ati Yemwe mwa mburabgenge, imitima yanyu itevye cane kwizera ivyo abāvugishwa n’Imana bāvuze vyose! Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe25 Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze. Viz kapitola |