Luka 24:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kandi na bamwe mu bari kumwe natwe bagiye ku mva basanga ari ko biri, ukw abo bagore batubariye; ariko we ntibamubona. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe24 Bamwe mu bagenzi bacu bagiye ku mva babisanga nk’uko ba bagore babivuze, ariko we ntibamubonye.” Viz kapitola |