Luka 24:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Arababaza, ati Mbeg’ ivyo mugenda murabazanya n’ibiki? Barahagarara, bijiriwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 Yesu arababaza ati: “Ivyo mugenda muraganira ni ibiki?” Nuko baca barahagarara, bijiriwe cane. Viz kapitola |