Luka 23:50 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Maze hār’ umuntu yitwa Yosefu, yar’ umunyekombe, kandi yar’ umunyangeso nziza agororotse. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe50 Hari umugabo yitwa Yosefu, yari mu bagize inama nkuru y’abatwara ubwoko bw’Abayuda, akaba yari umuntu mwiza kandi w’intungane. Viz kapitola |