Luka 23:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Kandi hāri nk’isaha zitandatu, ubgirakabiri bukorana mu gihugu cose, bushitsa mw isaha y’icenda, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe44 Hari nk’isaha zitandatu z’umurango, maze umwijima utwikira igihugu cose gushika isaha icenda, Viz kapitola |