Luka 23:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Arik’ uwa kabiri amwishura amuhana, ati No kwubaha Imana ntuyubaha, kand’ uciriwe urubanza rumwe n’urwiwe? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Ariko mugenziwe aramukankamira avuga ati: “Mbega wewe ntutinya n’Imana kandi waciriwe urubanza rumwe n’urwiwe? Viz kapitola |