Luka 23:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 kukw imisi izoza bazovuga, bati Hahirwa abāgumbashe n’inda zitigeze kuvyara n’amabere atigeze kwonsa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko igihe kigiye gushika, aho abantu bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore batigeze bavyara, n’inda zitigeze zibungenga, hamwe n’amabere atigeze yonsa.’ Viz kapitola |