Luka 23:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Batangura kumwagiriza, bat’ Uyu twamubonye agomesha ubgoko bgacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, yivuga ngo ni Kristo, Umwami. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe2 batangura kumurega bavuga bati: “Uwu muntu twasanze ariko aragumura abantu bo mu bwoko bwacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, kandi yigira Kristo, umwami.” Viz kapitola |