Luka 23:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Uwo yari yashizwe mw ibohero bamuhōye ukugarariza kwabaye mur’ ico gisagara, bo n’ubgicanyi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe19 (Uwo Baraba yari yatawe mw’ibohero yagirizwa umugumuko wari wabaye mu gisagara hamwe n’ubwicanyi.) Viz kapitola |