Luka 22:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Umusi w’imitsima itambiwe urashika, uwo bakwiye kubāgak’ umwagazi w’intama wa Pasika. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Maze Umusi Mukuru w’Imikate Itarimwo Umwambiro urashika, kandi kuri uwo musi bategerezwa gutanga ikimazi c’umwagazi w’intama wa Pasika. Viz kapitola |