Luka 22:69 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)69 Arik’ uhereye none Umwana w’umuntu azoba yicaye i buryo bg’ububasha bg’Imana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe69 Ariko kuva ubu Umwana w’Umuntu agiye kwicara i buryo bw’Imana y’ububasha.” Viz kapitola |