Luka 22:59 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)59 Hashize umwanya nk’isaha imwe, uwundi abivuga yigumiye, ati N’ivy’ ukuri, uyu yari kumwe na we, bitayeko n’Umunyagalilaya. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe59 Haciye nk’isaha, uwundi muntu arabishimangira ati: “Ni ivy’ukuri uwu yari kumwe na Yesu, kuko ava i Galilaya.” Viz kapitola |