Luka 22:58 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)58 Hashize akanya gato, uwundi aramubona, aramubgira, ati Nawe nyene ur’ uwo muri bo. Petero aramwishura, at’ Eka wa muntu, si jewe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe58 Haciye akanya, uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri umwe muri bo.” Petero yishura uwo muntu ati: “Eka sindi kumwe na bo.” Viz kapitola |