Luka 22:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Arasohoka, aja ku musozi wa Elayono, nk’uko yamenyereye: abigishwa biwe na bo baramukurikira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe39 Hanyuma Yesu aca ajana n’abigishwa biwe ku Musozi wa Elayono nk’uko yari asanzwe abigenza. Viz kapitola |