Luka 22:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kand’ arababaza, ati Hamwe nabatuma mudafise umupfuko w’amahera cank’ isaho cank’ inkweto, har’ ico mwabuze? Baramwishura, bati Nta co twabuze. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Yesu aca arababaza ati: “Igihe nabarungika ata saho, ata mufuko canke ibirato, hari ico mwakenye?” Baramwishura bati: “Nta na kimwe.” Viz kapitola |