Luka 22:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Aramubgira, ati Mugenzi, niteguye kujana nawe no mw ibohero no mu rupfu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe33 Petero aramwishura ati: “Mwami, nditeguye kujana nawe no gushika mw’ibohero, mbere no gupfana na we.” Viz kapitola |