Luka 21:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi ni mwumva intambara n’imivurungano, ntimuze mucike ivutu; kukw ivyo bitazobura kubanza kubaho, arik’ umuhero ntuzoca ushika. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Nimwumva intambara n’imigumuko, ntimuze muhagarike imitima. Ivyo bitegerezwa kubanza gushika, ariko iherezo rya vyose ntirizoba rirashika.” Viz kapitola |