Luka 21:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Imisi yose Yesu yirirwa mu rusengero yigisha, ariko bgira, agasohoka, akaja kurāra ku musozi witwa Elayono. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe37 Imisi yose Yesu yama yigishiriza mu rusengero, ku mugoroba akava mu gisagara akaja kurara ku Musozi wa Elayono, Viz kapitola |