Luka 21:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 kand’ abantu bazogwishwa igihūmura n’ubgoba no kwitega ibigira bibe mw isi; kukw ivy’ inkomezi vyo mw ijuru bizonyiganyizwa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe26 Imitima y’abantu izohagarara bishwe n’ubwoba, babonye ibigira bishike kw’isi, kuko ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa. Viz kapitola |