Luka 21:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kukw iyo misi izoba iyo guhōra, kugira ngw ivyanditswe vyose bishike. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Kuko iyo misi izoba ari iy’ukwihora kw’Imana, kugira ngo Ivyanditswe bishike. Viz kapitola |