Luka 20:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Barya ingo z’abapfakazi, kandi basengesha menshi bahūmba; abo bazocirwa urubanza ruruta izindi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe47 Banyaga imiryango y’abapfakazi bakabatwara ivyabo, kandi bakabandanya biyerekana nk’abantu beza mu gusenga amasengesho maremare. Ni co gituma bazohanwa kurusha abandi.” Viz kapitola |