Luka 20:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Arikw abāpfuye ko bazuka na Mose yabimenyekanishije hamwe havuga ivy’ Igisaka c’amahwa, aho yita Uhoraho Imana ya Aburahamu n’Imana ya Isaka n’Imana ya Yakobo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe37 Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, na Mose yaravyerekanye, aho yandika ivy’igisaka caka kidatemuka, avuga ko Uhoraho ari ‘Imana ya Aburahamu, ya Isaka n’iya Yakobo.’ Viz kapitola |