Luka 20:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 kandi ntibaba bagishobora gupfa, kuko baringaniye n’abamarayika, kand’ ar’ abana b’Imana, kukw ar’ abana b’ukuzuka. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe36 Vyongeye ntibazoba bagipfa, kuko bazoba bameze nk’abamarayika. Ni abana b’Imana, kuko ari abana b’ukuzuka. Viz kapitola |