Luka 20:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 arikw abemerewe gushika muri ya si yindi no kuzuka mu bapfuye ntibarongora kandi ntibashingirwa; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Ariko abazoba babereye gushika muri ya si izoza no mw’izuka ry’abapfuye ntibazorongora canke ngo barongorwe. Viz kapitola |