Luka 20:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 n’uwa gatatu nyene, nuko bose ukw ar’indwi baramucūra, bapfa badasize impfuvyi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe31 n’uwa gatatu bigenda uko, gushika no ku w’indwi bose biba nk’uko, bapfa ata wusize umwana. Viz kapitola |