Luka 20:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Nuko rero hābaye abavukana ndwi: uwa mbere arongora umugore, apfa ar’ imponnyi: Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Rero, harigeze kuba abavukana indwi. Mukuru muri bo ararongora, ariko apfa atavyaye. Viz kapitola |