Luka 20:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Abasadukayo bamwe baza kuri we, ni bo bahakana yukw ata kuzuka kuriho, baramubaza, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 Maze bamwe mu Basadukayo, ari bo batemera ivy’izuka ry’abapfuye, baza aho Yesu ari baramubaza bati: Viz kapitola |