Luka 20:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Baramugenza, batuma abo kumudaha bīgira intungane, ngo bakūre urwitwazo mu vyo avuga, bamushīre segaba nyen’ ububasha, ari we cēgēra ca Kayisari. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko batangura kumugenza, bahera abantu bigize intungane ngo bamutegere mu majambo avuga, kugira ngo barabe ko boronka ivyo bamurega ku bategetsi b’Abaroma. Viz kapitola |