Luka 2:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umumarayika w’Umwami Imana ahagarara i ruhande yabo, ubgiza bg’Umwami bubakayanganira irya n’ino, baterwa n’ubgoba bginshi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Umumarayika w’Umwami Imana arabiyereka, ubwiza bw’Umwami Imana bubakayanganira impande zose, na bo baterwa n’ubwoba bwinshi cane. Viz kapitola |