Luka 2:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Kand’ uk’ umwaka utashe, abavyeyi biwe bāja i Yerusalemu mu misi mikuru ya Pasika. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe41 Uko umwaka utashe, abavyeyi ba Yesu bama baja i Yerusalemu mu misi mikuru ya Pasika. Viz kapitola |