Luka 2:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Kand’ uno mwana arakura, agwiza inkomezi, yuzuzwa ubgenge, ubuntu bg’Imana bgari kuri we. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Uwo mwana arakura, arakomera, agwiza ubwenge, kandi ubuntu bw’Imana bwari kuri we. Viz kapitola |