Luka 2:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 zit’ Icubahiro ni kibe ku Mana ahasumba ijuru, No mw isi amahoro abe mu b’inezererwa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe14 “Icubahiro kibe ic’Imana mw’ijuru riri hejuru y’ayandi, kw’isi na ho amahoro abe mu bantu bayihimbara.” Viz kapitola |