Online Bible

- Reklamy -




Luka 19:48 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 babura uko bamugira; kukw abantu bose bāri bamumaseko, bamwumva.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 Ariko ntibaronka aho bamuca kuko abantu bose bakunda cane kwumviriza inyigisho ziwe.

Viz kapitola kopírovat




Luka 19:48

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy